Copy the code below and paste it into your website.
Download our desktop apps
MOSSO FM
Welcome to MOSSO FM, the online radio station of MOSSO TV in Burundi. Listen to music, entertainment, news, inspiring conversations and discover Burundian talents. MOSSO FM — The Voice of Talents and Inspirhttps://youtube.com/@mossotv-m1hation!
MOSSO FM ni radiyo yo kuri internet ya MOSSO TV, igamije gushikiriza Abarundi n'abandi bumviriza ibiganiro, umuziki, inkuru, inyigisho n'ibikorwa vy'ubuhinga butandukanye. Turashigikira impano z'Abarundi, guteza imbere umuco, kumenyekanisha abanyempano no gushikiriza ibiganiro vy'ubuzima bwa misi yose. MOSSO FM — Ijwi ry'impano, amakuru n'iterambere.